Kirundi
Kaze!
ICO KWITONDERA: MaineHealth iratanga serivisi z’ugusemura ku buntu. Ukeneye uwugufasha, urasabwe guhamagara servisi y’ishirahamwe MaineHealth ikubangukiye murizo ziri hejuru.
MaineHealth Organization | City | |
---|---|---|
Franklin Community Health Network | Farmington, ME | 207-778-6031 |
LincolnHealth, Miles Campus | Damariscotta, ME | 207-563-1234 |
LincolnHealth, St. Andrews Campus | Boothbay Harbor, ME | 207-633-2121 |
Maine Behavioral Healthcare | Portland, ME | 1-844-292-0111 |
MaineHealth Care at Home | Saco, ME | 1-844-220-5901 |
Maine Medical Center | Portland, ME | 207-662-0111 (TTY: 711) |
Memorial Hospital | North Conway, NH | 603-356-5461 ext. 2120 |
NorDx | Portland, ME | 207-396-7830 |
Pen Bay Medical Center | Rockport, ME | 207-301-8000 |
Southern Maine Health Care | Biddeford, ME | 207-283-7662 (TTY: 207-283-7028) |
Spring Harbor Hospital | Westbrook, ME | 1-844-292-0111 |
Waldo County General Hospital | Belfast, ME | 207-338-2500 |
Western Maine Health/Stephens Memorial Hospital | Norway, ME | 207-743-5933 |
Notice of Nondiscrimination
MaineHealth n’amashirahamwe ayikomokako yose bakurikiza amategeko yubahirizwa ku rwego rw’igihugu kandi ntibavangura abantu canke ngo babafate ugutandukanye nuko abandi bafashwe bafatiye ku moko, kw’ibara ry’urukoba, ku gihugu c’amamuko, ku myaka, ku bumuga, canke ku gitsina.
MaineHealth Organization | City | |
---|---|---|
Franklin Community Health Network | Farmington, ME | 207-778-6031 |
LincolnHealth, Miles Campus | Damariscotta, ME | 207-563-1234 |
LincolnHealth, St. Andrews Campus | Boothbay Harbor, ME | 207-633-2121 |
Maine Behavioral Healthcare | Portland, ME | 1-844-292-0111 |
MaineHealth Care at Home | Saco, ME | 1-844-220-5901 |
Maine Medical Center | Portland, ME | 207-662-0111 (TTY: 711) |
Memorial Hospital | North Conway, NH | 603-356-5461 ext. 2120 |
NorDx | Portland, ME | 207-396-7830 |
Pen Bay Medical Center | Rockport, ME | 207-301-8000 |
Southern Maine Health Care | Biddeford, ME | 207-283-7662 (TTY: 207-283-7028) |
Spring Harbor Hospital | Westbrook, ME | 1-844-292-0111 |
Waldo County General Hospital | Belfast, ME | 207-338-2500 |
Western Maine Health/Stephens Memorial Hospital | Norway, ME | 207-743-5933 |
Urwego [Name of covered entity] rurubaha amategeko ya Reta Zunze Ubumwe arengera uburenganzira bw'abanyagihugu kandi ata kuvangura rukora rwishimikije ubwoko, ibara ry'urukoba, amamuko, imyaka, ubumuga, canke igitsina. Urwego [Name of covered entity] ata muntu rukumira canke rufata ingene rutafata abandi rwishimikije ubwoko, ibara ry'urukoba, amamuko, imyaka, ubumuga, canke igitsina. Urwego
[Name of covered entity]:
- Ruratanga ibikoresho na serivisi ku bagendana ubumuga ku buntu kugira ngo baronke ingene yo
guhanahana amakuru na twebwe, ivyo rutanga hari:
- Abasemuzi b'ururimi rw'ibimenyetso bafise ubushobozi
- Amakuru yanditswe ukundi kungene (ivyapa, amajwi, inyandiko z'ubuhinga bwa none, ubundi bwoko bw'inyandiko)
- Ruratanga serivisi z'indimi ku buntu ururimi rwabo kama atari Icongereza, nka:
- Abasemuzi bafise ubushobozi
- Amakuru yanditwe mu zindi ndimi
Nimba ukeneye izi serivisi, wokwegera [Name of Civil Rights Coordinator] Nimba wiyumvira ko urwego [Name of covered entity] rwonanirwa gutanga izi serivisi canke rwovangura ukundi kungene rwishimikije ubwoko, ibara ry'urukoba, amamuko, imyaka, ubumuga, canke igitsina, urashobora gushikiriza idosiye yo kwiyamiriza: [Name and Title of Civil Rights Coordinator], [Mailing Address], [Telephone number ], [TTY number—if covered entity has one], [Fax], [Email]. Urashobora gushikiriza idosiye yo kwiyamiriza ubwawe canke ukayirungika mw'iposita, kuri fagisi (fax), canke k'ubuhinga bwo kurungika amakete ku ngurukanabumenyi (email).
Nimba ukeneye ubufasha k’ugushikiriza idosiye yo kwiyamiriza, [Name and Title of Civil Rights Coordinator] azogufasha. Urashobora kandi gushikiriza idosiye yo kwiyamiriza ku bijanye n'uburenganzira bw'abanyagihugu muri U.S. Department of Health and Human Services (Bushikiranganji bwa Reta Zunze Ubumwe Bujejwe Amagara n'Imibereho Myiza y'Abantu), Office for Civil Rights (Igisata Kijejwe Uburenganzira bw'Abenegihugu), warungika idosiye zo kwiyamiriza ku ngurukanabumenyi muri Office for Civil Rights Complaint Portal kuri https://ocrportal.hhs.gov/ocr/portal/lobby.jsf, canke ukarungika ikete mw'iposita canke ugaca uterefona kuri:
U.S. Department of Health and Human Services
200 Independence Avenue, SW
Room 509F, HHH Building
Washington, D.C. 20201
1-800-368-1019, 800-537-7697 (TDD)
Inkaratasi zo gushikiriza idosiye zo kwiyamiriza ziraboneka kuri http://www.hhs.gov/ocr/office/file/index.html.